1 Chronicles 16:41 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi hamwe na bo ashiraho Hemani na Yedutuni n’abandi bātowe, bavuzwe amazina, kugira ngo bashimire Uhoraho yukw imbabazi ziwe zamah’ ibihe bidashira.