1 Chronicles 19:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Dawidi abibariwe, na we akorakoranya Abisirayeli bose, bajabuka Yorodani, abaserukirako, atonda urugamba ngw arwane na bo. Amaze kurutonda, Abasiriya barumana na we.