1 Chronicles 20:2 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Dawidi akūra Milikomu igitsibo mu mutwe, asanga kirivye italanto y’izahabu; kandi cāri gihūnzwek’ utubuyenge tw’ igiciro kinini; nuko bacambika Dawidi mu mutwe. Maze mur’ ico gisagara akūramw’ amasahu menshi cane.