1 Chronicles 20:3 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Asokorora abantu bāri muri co, abashikiriza imisumeno n’ivyuma vy’ibisaganga n’amacabiti. Uko ni ko yagirira ibisagara vyose vy’Abamoni. Nuko Dawidi n’ingabo ziwe zose basubira i Yerusalemu.