1 Chronicles 20:6 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bukeye hongera kuba intambara i Gati, kandi hariy’ umuntu muremure w’ikigambati, intoke ziwe n’amano vyose na vyose vyari mirongwibiri na bine, kuko yar’ afise indegeya ku ntoke no ku mano; kandi na we yar’ umwe wo mu Barefa.