1 Chronicles 23:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
muri bene Eliyezeri, Rehabiya ni we yari mukuru; mbere Eliyezeri nta bandi bahungu yagira, ariko Rehabiya yar’ afise benshi cane.