1 Chronicles 25:1 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Dawidi bo n’abagabisha b’ingabo barobanurira ibikorwa bamwe bo mu ba Asafu no mu ba Hemani no mu ba Yedutuni, kugira ngo baririmbe, bavugira inanga n’amakembe n’ivyitwa matowazi; igitigiri c’abakora ico gikorwa, uko bāgenda bakūranwa, bār’ aba: