Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aba Yedutuni, abahungu biwe ni Gedaliya na Seri na Yeshaya, na Shimeyi na Hashabiya na Matitiya, abo ukw ari batandatu; bāgabga na se Yedutuni nyene, yaririmba avugira inanga, akengurukira Uhoraho, amutazira.