1 Chronicles 26:30 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mu ba Heburoni, Hashabiya na bagenzi biwe, abantu b’abahizi igihumbi n’amajana ndwi, ni bo bāgaba Abisirayeli bo hakuno ya Yorodani i burengerazuba, ku bikorwa vyose vy’ Uhoraho no ku bikorwa vy’umwami.