1 Chronicles 26:32 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi bagenzi biwe bār’ ibihumbi bibiri n’amajana ndwi, abantu b’ abahizi, abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza; ni bo umwami Dawidi yagize ababgiriza ku Bareyubeni n’Abagadi n’ab’ igihimba c’umuryango w’Abamanase, ngo bababgirize mu biherereye ku vy’ Imana no mu biherereye ku vy’i bgami.