1 Chronicles 29:21 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bukeye bgaho bazanira Uhoraho ibimazi, batanga n’ivyo kumwosereza, amapfizi igihumbi, n’amapfizi y’intama igihumbi nyene, n’imyagazi y’intama igihumbi, babitangana n’amashikanwa y’ibiturire ukw agendana na vyo; batanga n’ibindi bimazi vyinshi cane kubg’ Abisirayeli bose.