1 Corinthians 11:12 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kuko nk’uko umugore yavuye mu mugabo, umugabo na we avyarwa n’umugore. Ariko ibintu vyose biva ku Mana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nk’uk’ umugore yamutse ku mugabo, ni k’umugabo avyarwa n’umugore: ariko vyose vyamuka ku Mana.