1 Corinthians 11:15 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
ariko umugore awuteretse umubera ubwiza bwiwe? Kuko yawuhawe ngo umubere nk’igitambara kimutwikira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi k’umugore, iy’ ateze umushatsi, uba ar’ ubgiza bgiwe? Kuko yahawe umushatsi ng’ube umwambaro wo mu mutwe.