1 Corinthians 11:16 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko nimba hariho uwufise ibihari kuri ibi, nobabwira ko ata wundi mugenzo atari uwo, kandi n’ayandi mashengero y’Imana ni wo akurikiza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko namba har’ umuntu agomba kuvyura ibihāri, twebge ntidufise umugenzo nk’uwo, kandi n’amashengero y’Imana ntawufise.