1 Corinthians 11:6 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Umugore adatwikiriye umutwe wiwe ariko arasenga, akwiye kumobwa. Kandi nimba ari igiterasoni ku mugore kumwa umushatsi canke kwiharanguza, nawutwikire.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni hagira umugore atitwikira mu mutwe, bamukerere n’umushatsi: namb’ ar’ ibiteye isoni k’umugore akererwa umushatsi canke kw amobga ni yitwikire mu mutwe.