1 Corinthians 11:9 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
kandi umugabo ntiyaremwe ku bw’umugore, ariko umugore yaremwe ku bw’umugabo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umugabo ntiyaremwe kubg’ umugore, arik’ umugore ni we yaremwe kubg’ umugabo.