1 Corinthians 12:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ikirenge kivuze giti: “Ko ntari ukuboko, sindi igihimba c’umubiri,” ivyo ntivyotuma kireka kuba igihimba c’umubiri.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ikirenge covuga, kiti Ko ntar’ ikiganza sind’ uwo ku mubiri; ivyo ntivyotuma kitaba ico ku mubiri.