1 Corinthians 12:16 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi ugutwi kuvuze guti: “Kuko ntari ijisho, sindi igihimba c’umubiri,” ivyo ntivyotuma kureka kuba igihimba c’umubiri.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ugutwi kwovuga, kuti Ko ntar’ ijisho, sind’ uwo ku mubiri; ivyo ntivyotuma kutaba ukwo ku mubiri.