1 Corinthians 12:22 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ahubwo n’ibihimba vyose womenga ni bitobito kurusha ibindi birakenewe cane.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko bir’ ukundi rwose: ingingo z’umubiri ziyumvirwa kw ar’ iz’ intege nke inyuma y’izindi, ni zo zitōhara;