1 Corinthians 12:23 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi ibihimba womenga ntivyubashwe cane ni vyo twitwararika cane kwambika. Ibihimba tutipfuza ko bija ahabona ni vyo twitwararika gufata neza,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kand’ izo ku mubiri twiyumvira ko zidafise icubahiro, ni zo zirushiriza kuronka icubahiro: kand’ ingingo zacu ziteye isoni ni zo zirushiriza gusharizwa.