1 Corinthians 12:24 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
ariko ibija ahabona tubifata ibisanzwe. Imana yafatanije ibihimba vy’umubiri vyose ica iha icubahiro ibitagifise,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yamar’ izidateye isoni ntizirinda kwambikwa: arikw Imana yafatanije umubiri hamwe, urugingo rukennye icubahiro iruha icubahiro kirushiriza,