1 Corinthians 12:30 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bose ntibafise ingabire zo gukiza ingwara, ntibavuga mu ndimi zitamenyekana, kandi bose ntibasobanura indimi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bose bafise ingabire zo gukiza indwara? Bose bavuga izindi ndimi? Bose basobanura indimi?