1 Corinthians 12:31 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko mwipfuze ingabire zisumba izindi zose. Reka ndabereke inzira irashe gusumba izindi zose.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko mwifuze cane ingabire ziruta izindi. Kandi ndabereka inzira irushiriza kuba nziza.