1 Corinthians 14:19 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko mu rusengero, mpitamwo kuvuga amajambo yumvikana atanu arimwo inyigisho aho kuvuga amajambo ibihumbi cumi mu ndimi zitamenyekana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ariko mw ishengero nopfuma mvugisha ubgenge bganje amajambo atanu, kugira ngo nigishe n’abandi, hako mvuga amajambo ibihumbi cumi mu rurimi rutamenyekana.