1 Corinthians 14:27 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abantu nka babiri canke batatu gusa abe ari bo bavuga mu ndimi zitamenyekana kandi havuge umwe umwe, hongere habeho uwuzisobanura.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni haba harih’ abavuga ururimi rutamenyekana, havuge babiri canke batatu, badasāga, kandi bavuge bakurikirana, hagire ūbisobanura.