1 Corinthians 14:30 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nimba hari uwicaye mu rusengero hanyuma akagira ico abwiwe n’Umwami Imana, uwari asanzwe ariko aravuga azoce abanza ahagarike.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arik’ uwundi yicaye ni yagira ic’ ahishūrirwa, uwabanje ahore.