1 Corinthians 14:35 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bafise ico babaza, bazokibarize abagabo babo i muhira. Kuko bitabereye ko umugore avuga mu makoraniro y’ishengero.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ni hagira ico bagomba kwiga, babarize abagabo babo i muhira, kuko biteye isoni k’umugore avuga mw ishengero.