1 Corinthians 14:5 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Vyobaye vyiza mwese muvuze mu ndimi, ariko ikirengeye ni uko mwovugishwa n’Imana. Uwuvugishwa n’Imana arahambaye gusumba uwuvuga mu ndimi, kiretse mu gihe yoba ashobora kuzisobanura kugira ishengero ryose rikomezwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nagomba ko mwese muvuga indimi zitamenyekana, arikw ikirushiriza, ko muvugishwa n’Imana. Ūvugishwa na yo aruta ūvuga indimi zitamenyekana, shiti yobisobanura, kugira ngw ishengero ryubakwe.