1 Corinthians 14:9 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
No kuri mwebwe ni uko. Mutavuze amajambo atahuritse y’ururimi rwanyu, nta womenya ico muriko muravuga. Mwoba muriko mubwira ikirere gusa.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Namwe n’uko, ururimi rwanyu ni rutavuga ibimenyekana, bazomenya bate ivyo muvuga? Kuko muzoba muvuga ibitwarwa n’umuyaga.