1 Corinthians 15:14 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi nimba Kristo atazutse, inyigisho zacu ni iz’ubusa, kandi n’ukwizera kwanyu ni ukw’ubusa.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kand’ asangwa Kristo atāzutse, ivyo twigisha n’ivy’ ubusa, n’ukwizera kwanyu n’ukw’ ubusa.