1 Corinthians 15:16 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi nimba abapfuye batazozurwa, na Kristo ntiyazuwe mu bapfuye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Asangw’ abapfuye batazuka na Kristo ntarakazuka: