1 Corinthians 15:17 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nimba na ho Kristo atazutse, ukwizera kwanyu ni ukw’ubusa, muracagendera mu vyaha vyanyu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arikw asangwa Kristo atāzutse, ukwizera kwanyu n’ukw’ ubusa, muracari mu vyaha vyanyu.