1 Corinthians 15:21 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nk’uko urupfu rwazanywe n’umuntu, n’ukuzuka kw’abapfuye na kwo kuzanwa n’umuntu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko nk’uk’ urupfu rwazanywe n’umuntu, n’ukuzuka kw’abapfuye kwazanywe n’umuntu.