1 Corinthians 15:28 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Maze vyose nivyamara gushirwa musi y’ububasha bwa Kristo, na we azoja musi y’ububasha bw’Imana yashize vyose musi y’ububasha bw’Umwana wayo, ibe vyose muri vyose.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ni yamara gushikirizwa inganji ya vyose, ni ho n’Umwana ubgiwe azoganzwa n’Iyamuhaye inganji ya vyose, ngw Imana ibe vyose muri vyose.