1 Corinthians 15:29 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nimba ata zuka ririho, none abo babatizwa mu kibanza c’abapfuye babigira biteze iki? Nimba abapfuye batazozuka, ni kubera iki hari ababatizwa mu kibanza cabo?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Cank’ ababatizwa mu gishingo c’abapfuye bazobamarira iki? Asangw’ abapfuye batazurwa na mba, n’iki gituma bababatirizwa?