1 Corinthians 15:35 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko bamwe muri mwebwe barabaza bati: “Mbega abapfuye bozozuka gute? Bazoba bafise umubiri umeze gute?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arik’ umuntu yobaza, at’ Abapfuye bazurwa bate, kandi baza bafise umubiri ki?