1 Corinthians 15:40 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hari ibiba mu kirere, hakaba n’ibiba kw’isi, ariko ibiba mu kirere bifise ugukayangana kwavyo, ivyo kw’isi bikagira ugukayangana kwavyo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi har’ imitumba yo kw ijuru n’imitumba yo kw isi: arik’ ubgiza bg’iyo kw ijuru bur’ ukwabgo; n’ubg’ iyo kw isi bur’ ukwabgo.