1 Corinthians 15:41 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Izuba rigira ugukayangana kwaryo, ukwezi kukagira ugukayangana kwakwo, inyenyeri na zo zikagira ugukayangana kwazo, kandi n’inyenyeri ubwazo zigira ugukayangana gutandukanye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ubgiza bg’izuba bur’ ukwabgo, n’ubgiza bg’ukwezi bur’ ukwabgo, n’ubgiza bg’inyenyeri bur’ ukwabgo: kand’ inyenyeri ntinganya ubgiza na mugenzi wayo.