1 Corinthians 15:42 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ni ko bizoba bimeze ku musi w’izuka ry’abapfuye. Uwu mubiri uhambwa ni uwubora, ariko uzozurirwa kubaho ibihe vyose.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
N’ukuzuka kw’abapfuye ni nk’uko: habibga ikibora, hazurwa ikitabora;