1 Corinthians 15:44 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ihambwa ari imibiri y’abantu nk’uko tuyibona, ariko izozurwa ari imibiri yo mu buryo bw’impwemu. Kuko nk’uko hari imibiri isanzwe, hariho n’imibiri yo mu buryo bw’impwemu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
habibga umubiri w’inyama, hazurwa umubiri w’impwemu. Asangwa harih’ umubiri w’inyama hariho kandi n’uw’ impwemu.