1 Corinthians 2:5 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
kugira ngo ukwizera kwanyu ntiguhagarare ku bwenge bw’abantu, ahubwo guhagarare ku bushobozi bw’Imana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kugira ng’ukwizera kwanyu ntiguhagarare mu bgenge bg’abantu ariko guhagarare mu bushobozi bg’Imana.