1 Corinthians 6:8 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko ntibitangaje na mwebwe ubwanyu murarenganya mukongera mukiba, kandi ivyo mukabikorera bene Data bandi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ni mwebge mugiriranira nabi, mugungana, kand’ abo mugirira murtyo ni bene So.