1 Corinthians 7:13 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi mwene Data niyaba afise umugabo atizera, maze uwo mugabo akaba ashaka kugumana na we, ntaze avane na we.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umugore afise umugabo atizera, na we agakunda kubana na we, yoye kuvana n’umugabo wiwe.