1 Corinthians 7:21 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nimba wari umugurano igihe Imana yaguhamara, ntibiguhagarike umutima. Ariko niwaronka ibakwe ryo kwidegemvya, uridegemvya.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Wahamagawe ur’ umugurano? Ntibikubabaze. Ariko, namba bishoboka k’ucika uwidegemvya, ubihitemwo.