1 Corinthians 7:32 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nipfuza ko mubaho mwidegemvya, ata mwitwarariko w’ivy’ubu buzima. Umugabo atarongoye yitwararika ibikorwa vy’Umwami, akama arondera kumunezereza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ndagomba ko mutiganyira. Ūtagira umugore yitwaririka ivy’ Umwami wacu, uko yonezereza Umwami: