1 Corinthians 7:35 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ibi ndiko ndabivuga ku neza yanyu, sindiko ndabaremereza amategeko. Nshaka ko mukora ikiborohereza gukorera neza Umwami ata bibasamaza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo mbivugiye kubafasha, s’ukubashira mu mpururu, ariko n’ukubiroranya, no kugira ngo mukorere Umwami wacu, mudafise imitima ibiri.