1 Corinthians 7:36 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
None rero, umusore niyaba yipfuza cane umukobwa bazokwubakana, agatinya ko azohava amukorera ibidakwiye kuko vyanse ko yihangana, namurongore nk’uko avyipfuza, nta caha azoba akoze.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arik’ umuntu ni yiyumvira kw atagirira umukobga wiwe neza, namb’ arenze ubukumi, kandi namba bikwiye rwose, n’agenze ukw agomba: nta caha azoba akoze, abareke barongorane.