1 Corinthians 7:4 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Umugore ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugabo wiwe, kandi n’umugabo ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugore wiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuk’ umugore ataganza umubiri wiwe, arik’ uganzwa n’umugabo; kand’ umugabo na we ntaganza umubiri wiwe, arik’ uganzwa n’umugore.