1 Corinthians 9:21 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ku banyamahanga batagira ivyagezwe nabayeho nk’uwutabigira n’aho nganzwa n’ivyagezwe vy’Imana, nkubaha ivyagezwe vya Kristo, kugira ngo nzane abatagira ivyagezwe kuri Kristo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ku bataganzwa n’ivyagezwe, nabaye nk’ūtaganzwa na vyo, kugira ngo ndonke abataganzwa n’ivyagezwe, yamara ku Mana ho sind’ ūtaganzwa n’ivyagezwe, kuko kuri Kristo nganzwa na vyo.