1 Corinthians 9:8 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mbega ibi ndabibabwiye bivuye mu vyiyumviro vy’abantu? Canke n’ivyagezwe vya Mose birafise ico bibivugako?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mbeg’ ivyo mbivuze mu buryo bg’abantu, cank’ ivyagezwe vyo ntibivuga birtyo?